2ème dition Provincial#kayanza#AFRICA MIRACLES#AFRIQUE DES MIRACLES 2021

 

                #Africa Miracles# Africa Y'Ibitangaza #Africa des Miracles #

  Kimwe mugikorane ngaruka mwaka cogusenga no kwisonzesha iminsi mirongo 40 cama Gitegurwa n'Ishengero rya Israel Church Burundi Ni igikorane cogusengera Igihugu C'Uburundi, Indongozi zaco , Africa n'indongozi zayo, Kikaba kigeze kuncuro ya 8 kurwego rw'igihugu na Africa . nayo kurwego rw'Intara rugeze kuncuro ya 2 Ahubwambere yabereye kumurwa mukuru  w'Intara ya CIBITOKE  kunxuro Igira kabiri kikaba kizobera muntara ya Kayanza centre kuri stade GATWARO Amatari ya 30,31juillet  gushika kw'Itariki 01Aout 2021 

Iyerekwa ry'ico Gikorane ni Dr Apostle NZUBAHIMANA Vital Asanzwe arongoye Israel Church Kurwego rw'Igihugu No kwisi yose 

Comments

Post a Comment

Popular posts from this blog