Posts

Image
 #JE NAWE CONCERT # YOU&I  CONCERT je nawe concert ni igiteramo kizokorwa numuririmvyi w'Umurundi akaba n'Umukozi w'Imana # W.LIVINGSTONE# kikazobera mungagara kurushengero HOLY CENTER  amagenekerezo y'a 5/9/2021  Azoba ari nakaryo ko gushira kumugaragaro urukurikirane rw'Indirimbo (Album ) hazoba hitavye Imirwi itandukanye nka MTC, SMS,Billy Beleive,Pastor Lopez . Kwinjira akaba aramafaranga 10.000FBU Ivyo Birori bikaba bizoterwa iteka na Pasteur Jean Paul Asanzwe arongoye ishengero Holy Center Igiteramo kizotangura amasaha ya sa kumi zumugoroba 16h  Kaze muri benshi Dushigikire Umukozi W'Imana hamwe nokwiyamurira Imigisha 

#W.Livingston#Worshiper #Burundi

Image
  Luka 14:23  Shebuja abarira uno mushumba wiwe ati: <<Genda uje mu nzira zagutse no mu mihora, ubagobere baze, kugira ngo inzu yanje yuzure.>> Matayo 28;19-20   Nuko ni mugende, muhindure amahanga yose abigishwa, mubabatiza mw'izina rya Data wa twese n'iryo Umwana n'irya Mpwemu Yera;  20   mubigishe kwitondera ivyo nabageze vyose. Umve, ndi kumwe namwe imisi yose, gushitsa ku muhero w'isi.   Luke 14:23   23   Then the master said to the servant, ‘Go out into the highways and hedges, and compel  them  to come in, that my house may be filled. Matthew 28:19-20   19   Go   therefore and   make disciples of all the nations, baptizing them in the name of the Father and of the Son and of the Holy Spirit,   20   teaching them to observe all things that I have commanded you; and lo, I am   with you always,  even  to the end of the age.”  Amen.   Luke 14:23 23 Alors le maître di...
                                  "Je Nawe" Lyrics by W Livingston 

2ème dition Provincial#kayanza#AFRICA MIRACLES#AFRIQUE DES MIRACLES 2021

Image
                  #Africa Miracles# Africa Y'Ibitangaza #Africa des Miracles #   Kimwe mugikorane ngaruka mwaka cogusenga no kwisonzesha iminsi mirongo 40 cama Gitegurwa n'Ishengero rya Israel Church Burundi Ni igikorane cogusengera Igihugu C'Uburundi, Indongozi zaco , Africa n'indongozi zayo, Kikaba kigeze kuncuro ya 8 kurwego rw'igihugu na Africa . nayo kurwego rw'Intara rugeze kuncuro ya 2 Ahubwambere yabereye kumurwa mukuru  w'Intara ya CIBITOKE  kunxuro Igira kabiri kikaba kizobera muntara ya Kayanza centre kuri stade GATWARO Amatari ya 30,31juillet  gushika kw'Itariki 01Aout 2021  Iyerekwa ry'ico Gikorane ni Dr Apostle NZUBAHIMANA Vital Asanzwe arongoye Israel Church Kurwego rw'Igihugu No kwisi yose 

#SCOC Minstries -BURUNDI #7Days of Opening Doors Conference #19th-25th july

Image
Pr Elisha Uganda                                                                 Pr Eric CITEGETSE SCOC Minstries -BURUNDI  7Days of Opening Doors Conference  19th-25th july  Cibitoke 5 avenue   
Image
            Hallelluah to the Lamb #Meddley#Bahati Ghyslain for more Videos songs             Follow him  for his youtube Channel BAHATI GHYSLAIN              #Music By Mastola # By R Lambert and  Robert Krani##
Image
"Je Nawe"    Je nawe Indirimbo yanditswe na W. LIVINGSTON umwe mu Baririmvyi Babarundi Barikuduhezagira Mundirimbo zo guhimbaza zidyoshe zirigufasha benshi caane mukwegera Uhoraho Wifuza guhezagirwa niyo ndirimbo canke nizindi kurikirana kuri youtube chanel yiwe ugire na subscrib https://www.youtube.com/channel/UCm7wMaaJCAWxOlBii-rctkg # lesbeautesdecheznous # RG Media # Gospel # Visit Burundi # Vipaconnect